Amakuru & Inkuru

Menya amakuru mashya, inkuru n’ibikorwa bitandukanye bibera mu muryango wacu.

Itsinda ry’indorerezi z’ubumwe bwa Africa na COMESA zari ziyobowe na Jorge Fonseca wahoze ari perezida wa Cabo Verde (wa kabiri ibumoso imbere) yungirijwe na Ruhakana Rugunda (hagati imbere) wahoze ari minisitiri w’intebe wa Uganda

This test comes from excerpt...

Read More »

Uwo nzosanga mu biro ni je nzomwikurirayo’ – Prezida Ndayishimiye atanguza ibikorwa vy’isuku.

Ubu bushikiranganji buri mu bwo umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagendeye mu mpera z’indwi iheze igihe yariko asuzuma ingene ibijanye n’isuku vyifashe mu bisata vya reta. Ndayishimiye yaraneguye ingene ibintu vyari vyifashe maze aca ategeka ko kuri...

Read More »

Karasira Aimable: Amafranga Ya Karasira Agera Kuri Miliyoni 45 Yarafatiriwe

Abanyamakuru bashatse kumenya amakuru yisumbuye kuri aya mabaruwa. Twavuganye na Evode Kayitana umwe mu banyamategeko bahoze bunganira Karasira dukeneye kumenya niba kuva Karasira yatangira kuburana uru rubanza nta na hamwe bigeze bishyurwa. Kayitana yatubwiye ko mu...

Read More »

Floriane Irangabiye kuva kuri uyu wa gatanu ku mugoroba aridegemvya ku kigongwe c’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimye.

Floriane Irangabiye kandi yashimiye umukuru w'igihugu kuba yamugiriye ikigongwe. Ati: "Ndashimiye bimwe vy'imvamutima umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yashize mu ngiro iyi ngingo ndamwipfuriza iteka n'itekane." Iyo ngingo-tegeko y'ikigongwe c'umukuru w'igihugu (mesure de grace presidentielle)...

Read More »

Abanyamulenge baba mu Bwongereza, i Buraya na Amerika bibutse ababo baguye mu bwicanyi mu Gatumba, bashinga ibuye mu Bwongereza ry’urwibutso rw’ababo biciwe mu Gatumba haraheze imyaka 20.

Abanyamulenge batuye mu Bwongereza, i Burayi no ku mugabane w'Amerika bibutse ababo biciwe mu Nkambi ya Gatumba mu Burundi. Harizindi Genocide zagiye zikorwa ariko zitemewe, hari iyakozwe mu Burundi mu mwaka wa 1972 ndetse niyi yakorerwe...

Read More »

Perezida Evariste Ndayishimiye agishika ku butegetsi, bamwe mu bapfungwa nk’abamenyeshamakuru bararekuwe, ariko nyuma abandi batabwa muri yompi

Icegeranyo c'iryo shirahamwe kivuga ko uko kurekurwa kwahuriranye n'utwigoro two gusubiza hamwe n'amakungu cane cane Ubumwe bwa Buraya (EU) n'ibihugu bigize iryo shirahamwe. Bamwe mu bihweza ibintu n'ibindi bari bizeye ko uko kurekurwa cari ikimenyetso co...

Read More »

Gatoni Rosine Guilene avugira umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, ariyamiriza ibiri mu cegeranyo c’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu kw’isi Amnesty International kivuga ko reta ituratuza abaharanira agateka ka zina muntu n’abamenyeshamakuru.

Burundi: Rosine Guilène Gatoni niwe ahejeje kugenwa mu mabanga yo kurongora ibiro vy'umukuru w'igihugu bijejwe gutanga amakuru no kuvugira umukuru w'igihugu. Umu jeune Rosine Guilène akaba asanzwe ari umunyamabanga w'inama nkuru y'Urwaruka ku rwego rw'igihugu akongera...

Read More »

Bamwe mu batavuga rumwe n’ubutegetsi bw’Urwanda bari baje gushigikira Onana. Charles Onana yasabiwe ibihano vy’akarorero

Hamili yavuze ko yanabaye umukuru w'abunganizi (avocats) bose ba TPIR. Uwo mugabo yemeje ko ibiri mu gitabo ca Onana no muri sentare mpanavyaha yashiriweho Urwanda vyavuzwe . Hamuli yavuze kandi zimwe munnyandiko ziri mu bubiko bw’inyandiko...

Read More »

Mu minsi ibiri gusa, haguye imvura isumba iyigwa umwaka wose mu bumanuko bushira ubuseruko bwa Maroc

Iyo mvura idasanzwe iva ku kizwi nk'igihuhusi co hepfo no haruguru y'akarere k'ubushuhe n'imvura (tempête extratropicale) Amasanamu y'ibigendajuru vya NASA yerekana ko ahahora ikiyaga kimaze imyaka 50 caragadutse, hagati y'ibisagara vya Zagora na Tata, ubu hongeye...

Read More »

Kenya: Menya uno mugabo yagenywe kuba icegera c’umukuru w’igihugu inyuma y’ibogozwa rya Gacagua

Uno munyaporitike yaminuje mu bijanye n'amategeko ku rugero rwa PhD/Doctorat kuri kaminuza ya Pretoria muri Afrika y'Epfo, akaba amaze kwandika ibitabo birenga 30. Afise uburambe mu bijanye n'intwaro, amategeko n'ibijanye n'ibwirizwashingiro mbere akaba yarahagarariye abatari bake...

Read More »

Urukiko rw’Ibanze rwa Kicukiro kuri uyu wa Gatatu tariki ya 6 Ugushyingo 2024, rwategetse ko Nyampinga w’u Rwanda wa 2022, Nshuti Divine Muheto afungurwa. Agahita agabanya kujya mu utubari, no kunywa inzoga

Ubushinjacyaha mu Rwanda bwasabiye Nyampinga w’u Rwanda Divine Muheto gufungwa umwaka umwe n’amezi umunani ku byaha byo gutwara imodoka yanyoye ibisindisha birengeje igipimo, kugonga ibikorwa remezo no guhunga aho yabikoreye. Muheto w’imyaka 21 yazanywe mu rukiko...

Read More »

Muri Afrika, abagore benshi baratinya kuvuga ivyerekeye amabanga mpuzabitsina kubera ari ikinyegezwa mu mibano, Guhuza ibitsina : “Hari abagabo bibaza ko nsoba mu gitanda” – Ingeneye , umugore w’iriba, umugore unyara cyane

Gusohora ku mugore rero n'ukurekura amazi mu gihe yegereje canke mu gihe co kurangiza. Birashoboka ko hariho abatarabimenya. N'abagore bararangiza. Ugusohora ku mugore rero n'ukurekura amazi mu gihe yegereje canke mu gihe co kurangiza. Ku bagore...

Read More »

Stay with Flute Umwirongi

Get the latest news, culture and community updates by email.